BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru nâibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Turukiya yatanze itegeko ko Netanyahu atabwa muri yombi nyuma y'igitero cya Fotilla
Turukiya yavuze ko izasaba polisi mpuzamahanga-Interpol gutanga itangazo mpuzamahanga ryo gushakisha no guta muri yombi Minisitiri wâIntebe wa Israel Benjamin Netanyahu
Ivyago 5 vya mbere bibangamiye isi mu 2026, n'ico bisobanura kuri Afrika
Mu cegeranyo iherutse gusohoka, 'World Economic Forum' (WEF) iragabisha ko isi iriko irangwa n'uguhangana gukomeye, ukwicamwo ibice hamwe no gusubira inyuma kw'imigenderanire mpuzamakungu.
Ukuntu ikiziga c'umugore w'umukuru w'igihugu canyurujwe kikaza gutorwa haciye imyaka 16
Nâinyuma yâimyaka 24 kuva apfuye, ububasha bwa Evita nkâikimenyetso bwari bugifise inguvu nyinshi cane rwose mu mitima ya benshi ku buryo vyabaye ngombwa ko ikiziga ciwe gishingurwa ku metero zitanu munsi yâubutaka.
Kubera iki mu myaka 500 iheze kugira ubwato burengane mu muhora wa Hormuz bwategerezwa gusaba uruhusha?
Kuva mu myaka ya 1602, kugira ubwato bwemererwe kurengana mu muhora wa Hormuz bwategerezwa kuba bufise urupapuro rwitwa ÂŦ Kartaz Âŧ rwatangwa nâingoma ya Portugal. Kutarugira vyashobora gutuma ubwato nâibidandazwa bifatwa.
Intambara muri RD Congo yarangira gute?
Dr Richard Moncrieff, ushinzwe akarere k'ibiyaga bigari mu kigo mpuzamahanga cyigenga cy'ubushakashatsi ku gucyemura amakimbirane (International Crisis Group), yabwiye BBC Gahuzamiryango ukuntu asanga intambara imaze imyaka hafi itanu yongeye kubura muri DR Congo yarangira.
Trump avuga ko Canada ishaka 'inyungu' zo kuba ari leta y'Amerika mu gihe ibiganiro by'ubucuruzi byahagaze
Minisitiri w'intebe wa Canada yavuze ko atangaje yigononwa imisoro yo kwihorera ku bicuruzwa byinjira muri Canada, mu gihe yashinje Amerika gutangiza intambara y'ubucuruzi.
Isekeza ry'ibihano vy'ubutunzi vyagutse Trump yise 'economic D-Day' rishobora kubangamira Iran ku rugero rungana gute?
Irani imaze igihe kirekire ifatirwa ibihano vy'ubutunzi, kandi gushika ubu yarerekanye ko ishobora kwihagararako, ndetse ikabandanya no guhangana n'igitutu gikomeye cane mu vy'ubutunzi no mu vya gisirikare.
Canada ivuga ko izasubiza imisoro y'Amerika 'idolari ku idolari' nyuma yuko ibiganiro ku bucuruzi bihagaze
Umusoro mushya wa 50% ku bicuruzwa Canada yohereza muri Amerika bifite agaciro ka miliyari 20 z'amadolari utangiye gukurikizwa, nyuma yuko ibiganiro by'ubucuruzi binaniranye ku munota wa nyuma.
Mbega Irani izotera umugabane wa Buraya?
Irani irashobora gutera ibirindiro vyâigisirikare vya Amerika biri ku mugabane wa Buraya, hamwe Donald Trump yosubira kuyitera, nkâuko ikinyamakuru Financial Times kibivuga.
Impene yabaye rurangiranwa â ingene ingabire yo guheza amashure yamenyekanye cane
Iyo mpene ya Promise Okoro ivugwa ko yitonda, ikunda kurya umuceri ukaranze, ubu isigaye ari rurangiranwa.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Uburyo bwo gutangiza ubucuruzi ukoresheje igishoro gito hanyuma ukabuteza imbere
N'ubwo bimwe mu bihugu bya Afurika bihanganye n'izamuka ry'ibiciro, ibura ry'amafaranga, gukora ubucuruzi bw'umwuga bihenze, kutagira igishoro kinini ntibivuze ko umuntu adashobora gutangiza ubucuruzi bubyara inyungu.
Abantu nibura 17 biciwe mu bitero by'Uburusiya i Kyiv mu gihe Ukraine yugarijwe n'ubucye bw'ubwirinzi bw'ikirere
Abategetsi bavuga ko inyubako z'amacumbi hamwe n'ahabikwa ibikoresho harashweho mu "gitero rutura" cyo ku wa kane.
Kubera iki abagabo bamwe bamwe bongereza ibihimba vyabo vy'irondoka bikaba binini gusumba?
Abagabo bagiriwe ubwo buhinga, ibihimba vyabo vyâirondoka bishobora kwiyongera ku rugero ruva kuri 10 gushika kuri 20% mu mezi atandatu gushika kuri cenda akurikira, ariko ibintu birashobora no kugenda nabi.
Emwe hariho n'abavuze ko nabataburiye ama 'dÃĐcret', ariko si vyo â Angeline Ndayishimiye
Mu kiganiro cihariye na BBC Gahuzamiryango, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Angeline Ndayishimiye, yarishuye ku bibazo bitandukanye ku migambi yiwe no ku bikunze kumuvugwako bifitaniye isano na politike y'Uburundi.
Ni gute Elon Musk na Jeff Bezos batera inkunga irushanwa ryabo riberekeza mu isanzure?
Mu myaka irenga makumyabiri ishize, abantu babiri mu baherwe bakize cyane ku isi batangiye gukurikirana inzozi zabo zo kohereza abantu mu ngendo z'ubucuruzi bwite mu isanzure. Ariko izo nzozi zahindutse irushanwa hagati y'umuherwe Elon Musk binyuze muri sosiyete ye ya SpaceX n'umuherwe Jeff Bezos.
Burundi: Ivy'impunzi z'abakongomani ziri mw'ikambi ya Busuma bizoherera he?
Izo mpunzi zigera ku bihumbi 50 iyo zibonye umutegetsi nta kindi zimubwira atari uko zipfuza gusubira iwabo muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo (RDC) buno nyene. Ariko, umugambi wo kuzitahukana warakwamye.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cyâabagore
Ikiganiro cyâabagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































